B-FACE - HITAMWO | AKEZA LIVE SESSIONS

B-Face On The Flow Rap yiwe woyirengagiza ariko ntiwokwirengagiza amajambo aba arimwo. Impanuro, Ubuzima tubayemwo, imidiho itandukanye n’ibindi. Muri AKEZA live sessions, ntiyavyoroheje! Raba nawe ugire ico uvuze. #lesbeautesdecheznous #Burundi #akezalivesessions