SHUNGURURA OFFICIAL VIDEO

Indirimbo SHUNGURURA ije kugira ngo twame tumenya ko ivyiza vyose, imigigisha, Inema, eka n'ubindi vyose dukenenera ngo tubeho twishimye, tubironka bivuye ku Mana ari naco gituma tubwirizwa kwama duhanze amaso Umukama we yama adushungururirako buri ico dukeneye cose, Amen #mukungu #Ana #anna #mariya #catholique