Twatembereye mu kazinga (île) kari mu Burundi / Kari hagati mu kiyaga RWERU
Mwari muzi ko Uburundi bufise izinga, ribako abantu n’ibitungwa bitandukanye ? Ego cane…!! Akeza.net iherutse kugendera abarundi baba mw’izinga ryitwa “Ku Ruyoka”, riri mu buraruko bw’igihugu, neza na neza mu ntara ya Butanyerera, Komine Busoni, hirya ya Kirundo. Ni ku mpera z’ubutaka bw’uburundi, aho abo benegihugu bahaba kuva mu 1980. Ubuzima babayemwo buratangaje cane : N’ubwo bari kw’isi iri hagati y’ikiyaga ca Rweru, Bararima, bakorora kandi bakitezimbere. Bimwe mu bibazo bafise n’uko ivya nkenerwa vyinshi , bamanza gufata ubwato bakaja kubikorera ku yindi si , iri hakurya, I Busoni no mu Kirundo. Ivyo navyo ni nko Kwivuza, Kwiga, Guhamba ababo (Gufoba), n’ibindi n’ibindi. Ntiwogenda utaravye kino kiganiro, kirimwo ibishingantahe bitangaje

EMN - ንስኻ ብኣርባዕተ ነገራት ተሓታቲ ኢኻ - ሰሎምን ኣብርሃም - ፈራዳይ ሾውEritrean Media Network

Avuze uko Urupfu rwateguwe rwa President Ndadaye/ Nakora mw'Iperereza aho vyaba/Yarazanye impinduka

MUMBARIRE MUMVUZE NDWAYE MU MUTWE😥BISHOP GAFARANGA AFUNGUYE IKINTU GIKOMEYE|AVUZE KU BAPASITERI BABI

Gukingira ibibanza amafi avyariramwo mu kiyaga Tanganyika - Kurwanya uburyo butemewe

Ntiwomenya Gasape uwariwe utaravye iki kiganiro

Ukuri kutavugwa kuri Rwagasore |Urupfu rwa Charles Ndizeye niwe yarwirondereye | Vyinshi kuri kahise

BURUNDI: ABAPOLISI BAFASHWE AMASHUSHO BAGARAGARA NK'ABASINZE/ || IMYAKA 6 IRASHIZE NKURUNZIZA APFUYE

NATWAWE i BURUNDI NDERWA N'UWAMPISHE KO ARI MAMA😥Yapfuye atambwiye inkomoko yanjye😥QUEEN ARASHAVUYE

Uku niko ca kiraro co mu Gatumba kiriko kirasanurwa

Ikorosi rya mbere mu Burundi riteye ubwoba // RUKONWE muri Z

Ng’iyi impamvu ituma uyu mugabo abaho nk’abagore / Yitwa Samuel ariko bamutazira Bebi

Marguerite Barankitse, umugore wahagamye u Burundi: Guhunga, CNDD-FDD, Nkurunziza na Ndayishimiye

Amasezerano y'ibanga ya M23 na AMERIKA/Umukenyuro mushasha mu ntambara ya CONGO/Aba MERCENAIRE

"There Are Millions of Secret Banyarwanda in Uganda" — Dr. Lawrence Muganga

Umuha 🇹🇿 yibera mu Burundi 🇧🇮 // Atubwiye isano riri hagati yabo hamwe n'abarundi

Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu

CNDD-FD: Abagumyabanga bo mu ntara ya Butanyerera bamaze gutera ibiti vy’ivoka birenga imiriyoni 24.

Jean Marie Nshimirimana: "Wanka gusanura ibohero ariko ukaripfungirwamwo"

AMBASADERI W’U BURUNDI YEMEYE KO BAZAFASHA UZASHAKA GUTERA U RWANDA || IMIKORANIRE NA FDLR.

